BLOG

OUR BLOG

Imwe mu migambi BDUSA ifitiye igihugu c’Uburundi muri rusangi

Ishirahamwe BDUSA rihurikiyemwo abarundi baba muri Leta zunze ubumwe za amerika ngo rifise imigambi myinshi y’iterambere, nkuko uwurirongoye yabiyagiye abamenyeshamakuru aho bari baramutse biginana bari mu ndwi yahariwe abarundi baba mu mahanga. Mu kiganiro yahaye abanditsi n’abamenyeshamakuru, yavuze kuri BIG, igisata kijejwe kwegeranya imitahe y’abarundi baba mu mahanga, ngo ishirwe

Read More

Mwunganire umugambi wa BDUSA uzorihira abanyeshure b’incabwenge bashaka kwiga kamenuza ariko ata buryo bafise

Igenekerezo rya 6 ukwezi kw’8 ishirahamwe BDUSA riserukiwe n’uwurirongoye ariwe Ndayiragije Samuel bari baramutse bishikira mu ntara ya Rutana gutanga imfashanyo y’amakaye ku banyeshure 600 babarizwa muma komine 6 agize iyo ntara, mu mugambi w’iryo shirahamwe ariwo “Mwunganire”. Abaserukiye uburongozi bw’iyo ntara bakaba barashimye ako gacumu k’ubumwe k’iryo shirahamwe, bakanatera

Read More

NEWSLETTER SIGN-UP

Praesent diam massa, interdum quis ex id.